Hari akamo ko kugabisha mu gihe Afrika itanguye kwumva ingaruka z'ibura ry' imfashanyo zirimwo izo kurwanya SIDA zahagaritswe na Trump.